ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 17:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Hanyuma ikoraniro ryose rya bene Isirayeli riva mu gahinga ka Sini+ intambwe ku yindi, izo bagize hisunzwe itegeko rya Yehova+, baraheza bakambika i Refidimu+. Ariko aho nta mazi yariho abantu bonywa.

  • Guharura 10:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nuko baragenda ari bwo bwa mbere, nk’uko Yehova yari yategetse biciye kuri Musa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika