Gusubira mu vyagezwe 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Hindukire mufate inzira, mwinjire mu karere k’imisozi k’Abamori+ no mu babanyi babo bose i Araba+, akarere k’imisozi+ na Shefela* na Negebu+ n’inkengera y’ikiyaga+, igihugu c’Abanyakanani+, na Libani+, gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+. Abacamanza 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mu nyuma bene Yuda bamanuka kurwanya Abanyakanani baba mu karere k’imisozi n’i Negebu+ no muri Shefela*+.
7 Hindukire mufate inzira, mwinjire mu karere k’imisozi k’Abamori+ no mu babanyi babo bose i Araba+, akarere k’imisozi+ na Shefela* na Negebu+ n’inkengera y’ikiyaga+, igihugu c’Abanyakanani+, na Libani+, gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+.
9 Mu nyuma bene Yuda bamanuka kurwanya Abanyakanani baba mu karere k’imisozi n’i Negebu+ no muri Shefela*+.