Gusubira mu vyagezwe 1:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze barahindukira, baduga mu karere k’imisozi+, bashika no mu mwonga wa Eshikoli+, baragitata.