25 Nuko batora mu kuboko kwabo ku vyama muri nya gihugu+ barabitumanukanira, kandi baza batugarukaniye amakuru, bati: ‘Igihugu Yehova Imana yacu agira aduhe ni ciza+.’
7 Kuko Yehova Imana yawe ariko arakujana mu gihugu ciza+, igihugu c’imyonga y’amazi, c’imbizi be n’inyenga z’amazi bidudubiza mu kiyaya c’umubande+ no mu karere k’imisozi,