Guharura 13:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Abamaleki+ ni bo baba mu gihugu ca Negebu+; Abaheti n’Abayebusi+ n’Abamori+ baba mu karere k’imisozi; Abanyakanani+ na bo baba iruhande y’ikiyaga no ku nkengera ya Yorodani.”
29 Abamaleki+ ni bo baba mu gihugu ca Negebu+; Abaheti n’Abayebusi+ n’Abamori+ baba mu karere k’imisozi; Abanyakanani+ na bo baba iruhande y’ikiyaga no ku nkengera ya Yorodani.”