Guharura 26:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze isi yarasamitse akanwa irabamira+. Nayo Kora, yapfuye igihe nya koraniro ryapfa, igihe umuriro wayigiza abagabo amajana abiri na mirongo itanu+. Nuko baba ikimenyetso+. Gusubira mu vyagezwe 11:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 canke ivyo yakoreye Datani na Abiramu+ abahungu ba Eliyabu mwene Rubeni, hamwe isi yasamika akanwa kayo ikabamirana n’ingo zabo n’amahema yabo n’ikintu cose kibaho cabagendera inyuma hagati ya Isirayeli yose+); Zaburi 106:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Isi ica iruguruka imira miyonzwa Datani+,Ipfukiranya ikoraniro rya Abiramu+.
10 Maze isi yarasamitse akanwa irabamira+. Nayo Kora, yapfuye igihe nya koraniro ryapfa, igihe umuriro wayigiza abagabo amajana abiri na mirongo itanu+. Nuko baba ikimenyetso+.
6 canke ivyo yakoreye Datani na Abiramu+ abahungu ba Eliyabu mwene Rubeni, hamwe isi yasamika akanwa kayo ikabamirana n’ingo zabo n’amahema yabo n’ikintu cose kibaho cabagendera inyuma hagati ya Isirayeli yose+);