Guharura 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 kuri Gadi+: Eliyasafu+ mwene Deyuweli+; Guharura 7:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Ku musi ugira gatandatu hari haramukiwe umukuru wa bene Gadi, Eliyasafu+ mwene Deyuweli. Guharura 10:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ingabo z’umuryango wa bene Gadi na zo zagabwa na Eliyasafu+ mwene Deyuweli.