Guharura 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Vugana na bene Isirayeli baguhe inkoni+ imwe ku bw’inzu ya ba sekuru imwimwe yose, uyitore ku bakuru+ babo bose, hakurikijwe inzu ya ba se, zibe inkoni cumi na zibiri. Uzokwandika izina ry’umwe wese ku nkoni yiwe.
2 “Vugana na bene Isirayeli baguhe inkoni+ imwe ku bw’inzu ya ba sekuru imwimwe yose, uyitore ku bakuru+ babo bose, hakurikijwe inzu ya ba se, zibe inkoni cumi na zibiri. Uzokwandika izina ry’umwe wese ku nkoni yiwe.