Guharura 3:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ico bene Gerishoni+ bari bajejwe mw’ihema ry’ihuriro cari itaberenakulo n’ihema+, igipfukisho+ caryo n’igikingirizo+ c’ubwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro, Guharura 3:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ivyo bari bajejwe+ vyari: Isandugu+ n’imeza+ n’igitereko c’amatara+ n’ibicaniro+ n’ibikoresho+ vy’ahantu heranda bakoresha igikorwa, n’igikingirizo+, n’igikorwa cose kijanye na co. Guharura 3:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Ivyo bene Merari babwirizwa gucungera vyari ibizingiti+ vy’itaberenakulo, n’ibihindizo+ vyayo, n’inkingi+ zayo, n’ivyicaro binogoye vyayo n’ibikoresho vyose+ vyayo, n’igikorwa cose kijanye na yo+,
25 Ico bene Gerishoni+ bari bajejwe mw’ihema ry’ihuriro cari itaberenakulo n’ihema+, igipfukisho+ caryo n’igikingirizo+ c’ubwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro,
31 Ivyo bari bajejwe+ vyari: Isandugu+ n’imeza+ n’igitereko c’amatara+ n’ibicaniro+ n’ibikoresho+ vy’ahantu heranda bakoresha igikorwa, n’igikingirizo+, n’igikorwa cose kijanye na co.
36 Ivyo bene Merari babwirizwa gucungera vyari ibizingiti+ vy’itaberenakulo, n’ibihindizo+ vyayo, n’inkingi+ zayo, n’ivyicaro binogoye vyayo n’ibikoresho vyose+ vyayo, n’igikorwa cose kijanye na yo+,