Kuvayo 23:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Vyizavyiza mu vyamwa vya mbere vyeze vy’ubutaka bwawe, uze ubizane ku nzu ya Yehova Imana yawe+. “Ntugateke umwagazi w’impene mu mata ya nyina+.
19 “Vyizavyiza mu vyamwa vya mbere vyeze vy’ubutaka bwawe, uze ubizane ku nzu ya Yehova Imana yawe+. “Ntugateke umwagazi w’impene mu mata ya nyina+.