Guharura 31:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Musa arākarira abagabo bagenywe bo mu nteko zo kurwana+, abakuru b’ibihumbi n’abakuru b’amajana bari bavuye kugaba igitero ca gisirikare. Gusubira mu vyagezwe 16:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Ukwiye kwishiriraho abacamanza+ n’abarongozi+ mu marembo yawe yose Yehova Imana yawe agira aguhe hakurikijwe imiryango yawe, na bo bategerezwa gucira abantu urubanza rugororotse.
14 Nuko Musa arākarira abagabo bagenywe bo mu nteko zo kurwana+, abakuru b’ibihumbi n’abakuru b’amajana bari bavuye kugaba igitero ca gisirikare.
18 “Ukwiye kwishiriraho abacamanza+ n’abarongozi+ mu marembo yawe yose Yehova Imana yawe agira aguhe hakurikijwe imiryango yawe, na bo bategerezwa gucira abantu urubanza rugororotse.