Umusiguzi 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ku muntu, nta ciza kihari kuruta ko yorya, emwe, akanywa, agatuma umutima wiwe ubona iciza kubera igikorwa ciwe c’ubutame+. Ivyo na vyo nyene narabibonye, jewe ubwanje, yuko ivyo biva mu kuboko kw’Imana y’ukuri+.
24 Ku muntu, nta ciza kihari kuruta ko yorya, emwe, akanywa, agatuma umutima wiwe ubona iciza kubera igikorwa ciwe c’ubutame+. Ivyo na vyo nyene narabibonye, jewe ubwanje, yuko ivyo biva mu kuboko kw’Imana y’ukuri+.