Guharura 31:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Barwana intambara na Midiyani, nk’uko Yehova yari yategetse Musa, bica ab’igitsina-gabo bose+.