Imigani 24:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Hamwe wovuga uti: “Erega ntitwari tubizi+,” mbega umwe agera imitima ubwiwe ntazobibona+? Kandi, mbega umwe akwihweza ntazobimenya+ akishura koko umuntu yakuwe mw’ivu nk’uko igikorwa ciwe kiri+? Matayo 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ibintu vyose rero mushaka ko abantu babagirira+, namwe nyene mutegerezwa kubibagirira; nkako, ico ni co Itegeko n’Abahanuzi bisobanura+.
12 Hamwe wovuga uti: “Erega ntitwari tubizi+,” mbega umwe agera imitima ubwiwe ntazobibona+? Kandi, mbega umwe akwihweza ntazobimenya+ akishura koko umuntu yakuwe mw’ivu nk’uko igikorwa ciwe kiri+?
12 “Ibintu vyose rero mushaka ko abantu babagirira+, namwe nyene mutegerezwa kubibagirira; nkako, ico ni co Itegeko n’Abahanuzi bisobanura+.