Guharura 15:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire yuko bategerezwa kwihingurira imibari y’ubuyonga ku mpuzu* zabo mu mayaruka yabo yose, kandi baze bashire akagozi k’ubururu hejuru y’umubari w’ubuyonga w’impuzu+. Matayo 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ibikorwa vyose bakora babikora ngo abantu bababone+; kuko bāgura utubweta tw’ivyanditswe+ bambara nk’uburyo bwo kwikingira, kandi bakarehūra ubuyonga+ bw’impuzu zabo.
38 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire yuko bategerezwa kwihingurira imibari y’ubuyonga ku mpuzu* zabo mu mayaruka yabo yose, kandi baze bashire akagozi k’ubururu hejuru y’umubari w’ubuyonga w’impuzu+.
5 Ibikorwa vyose bakora babikora ngo abantu bababone+; kuko bāgura utubweta tw’ivyanditswe+ bambara nk’uburyo bwo kwikingira, kandi bakarehūra ubuyonga+ bw’impuzu zabo.