6 kugira ngo ntihagire n’umwe ashika aho agirira nabi mwene wabo kandi akarenga ku burenganzira bwiwe muri ivyo+, kuko Yehova ari we atanga igihano ku bw’ivyo bintu vyose+, nk’uko twabibabwiye imbere y’igihe tukanabishingira intahe inogangije kuri mwebwe+.