Gusubira mu vyagezwe 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi Yehova Imana yawe ntazobura kubagabura mu maboko yawe, kandi uzobatsinda koko+. Ukwiye kubatikiza ata kabuza+. Ntuze ugire isezerano ugirana na bo canke ngo ubagirire ubutoni na bukeyi+. Gusubira mu vyagezwe 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi Yehova Imana yawe azobagabura koko mu maboko yawe, abakinagize n’umukinagizo ukomeye, gushika bazimanganijwe+.
2 Kandi Yehova Imana yawe ntazobura kubagabura mu maboko yawe, kandi uzobatsinda koko+. Ukwiye kubatikiza ata kabuza+. Ntuze ugire isezerano ugirana na bo canke ngo ubagirire ubutoni na bukeyi+.
23 Kandi Yehova Imana yawe azobagabura koko mu maboko yawe, abakinagize n’umukinagizo ukomeye, gushika bazimanganijwe+.