Gusubira mu vyagezwe 15:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko ukwiye kumupfumbatururira ikiganza cawe+ ugatanga utitangiriye itama, kandi ntubure kumuha ingurane ku ngwati nk’uko ivyo akeneye bingana, birya abuze. Imigani 3:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ntureke kugirira iciza abagikwiriye+ kandi ukuboko kwawe kuri n’ububasha bwo kugikora+.
8 Kuko ukwiye kumupfumbatururira ikiganza cawe+ ugatanga utitangiriye itama, kandi ntubure kumuha ingurane ku ngwati nk’uko ivyo akeneye bingana, birya abuze.