ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 15:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 n’Abaheti+ n’Abaperizi+ n’Abarefayimu+

  • Gusubira mu vyagezwe 3:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko Ogi, umwami wa Bashani, ari we gusa yasigaye mu masigarira y’Abarefayimu+. Mbere inderuzo yiwe yari iy’icuma. Mbega ntiri i Raba+ ha bene Amoni? Uburebure bwayo ni amatambwe* icenda, ubwaguke bwayo na bwo amatambwe ane, kw’itambwe ry’umugabo.

  • Yosuwa 17:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Yosuwa aca ababwira ati: “Nimba uri igisata c’abantu benshi, duga mu kibira, ucitemere, hariya mu gihugu c’Abaperizi+ n’Abarefayimu+, kuko akarere k’imisozi+ ka Efurayimu kakwagiye cane.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika