Kuvayo 15:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yehova ni umugabo mu ntambara+. Yehova ni ryo zina ryiwe+. Zaburi 24:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Ni nde none uwo Mwami aninahaye+?”“Yehova uwukomeye kandi w’umunyabubasha+,Yehova w’umunyabubasha mu rugamba+.”
8 “Ni nde none uwo Mwami aninahaye+?”“Yehova uwukomeye kandi w’umunyabubasha+,Yehova w’umunyabubasha mu rugamba+.”