Itanguriro 17:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nzoguha mwe n’uruvyaro rwawe mu nyuma zawe igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, egome igihugu cose ca Kanani, ngo kikubere itongo wigabira gushika igihe kitagira urugero; kandi nzokwerekana ko ndi Imana kuri bo+.” Itanguriro 26:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nube muri iki gihugu uri kavamahanga+, nanje nzogumana nawe nteko nguhezagire, kuko wewe n’uruvyaro rwawe nzobaha ibi bihugu vyose+, kandi nzoshitsa indahiro narahiye Aburahamu so+; Zaburi 105:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Akavuga ati: “Nzoguha igihugu ca Kanani+Kibe wo mugabane w’intoranwa yanyu+.” Abaheburayo 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko igihe Imana yaha umuhango wayo Aburahamu+, kubera ko itashobora kurahira uwundi muntu n’umwe ayiruta, yarirahiye+ yo ubwayo,
8 Nzoguha mwe n’uruvyaro rwawe mu nyuma zawe igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, egome igihugu cose ca Kanani, ngo kikubere itongo wigabira gushika igihe kitagira urugero; kandi nzokwerekana ko ndi Imana kuri bo+.”
3 Nube muri iki gihugu uri kavamahanga+, nanje nzogumana nawe nteko nguhezagire, kuko wewe n’uruvyaro rwawe nzobaha ibi bihugu vyose+, kandi nzoshitsa indahiro narahiye Aburahamu so+;
13 Kuko igihe Imana yaha umuhango wayo Aburahamu+, kubera ko itashobora kurahira uwundi muntu n’umwe ayiruta, yarirahiye+ yo ubwayo,