Itanguriro 46:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Irongera iti: “Ndi Imana y’ukuri+, Imana ya so+. Ntutinye kumanuka mu Misiri, kuko nzoguhindurirayo ihanga rikomeye+. Ivyakozwe 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yakobo amanuka mu Misiri+. Hanyuma arasandaba+; na ba sogokuruza bacu biba ukwo+,
3 Irongera iti: “Ndi Imana y’ukuri+, Imana ya so+. Ntutinye kumanuka mu Misiri, kuko nzoguhindurirayo ihanga rikomeye+.