Itanguriro 46:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kandi bene Yozefu, abo yavyariwe mu Misiri, bari abantu babiri. Abantu bose b’inzu ya Yakobo binjiye mu Misiri bari mirongo irindwi+. Gusubira mu vyagezwe 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Kuba Yehova yarabakunze ku buryo abatora, si uko ari mwe mwari benshi kuruta mu bisata vyose vy’abantu+, kuko ari mwe mwari bake kuruta mu bisata vyose+.
27 Kandi bene Yozefu, abo yavyariwe mu Misiri, bari abantu babiri. Abantu bose b’inzu ya Yakobo binjiye mu Misiri bari mirongo irindwi+.
7 “Kuba Yehova yarabakunze ku buryo abatora, si uko ari mwe mwari benshi kuruta mu bisata vyose vy’abantu+, kuko ari mwe mwari bake kuruta mu bisata vyose+.