Gusubira mu vyagezwe 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ubu rero, ewe Isirayeli, umviriza ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane* ndiko ndabigisha ngo muzishitse, kugira ngo mubeho+, kandi koko mwinjire, mwigarurire igihugu Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu agira abahe. Gusubira mu vyagezwe 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Ibi rero ni vyo bwirizwa, ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane Yehova Imana yanyu yategetse kubigisha+, kugira mubishitse, mu gihugu muriko murajabuka mujamwo hariya ngo mucigarurire; Gusubira mu vyagezwe 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Kandi utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe+ no gushitsa ivyo yabajeje n’ivyagezwe vyiwe n’ingingo ziwe z’ubutungane+ n’amabwirizwa yiwe nantaryo.
4 “Ubu rero, ewe Isirayeli, umviriza ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane* ndiko ndabigisha ngo muzishitse, kugira ngo mubeho+, kandi koko mwinjire, mwigarurire igihugu Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu agira abahe.
6 “Ibi rero ni vyo bwirizwa, ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane Yehova Imana yanyu yategetse kubigisha+, kugira mubishitse, mu gihugu muriko murajabuka mujamwo hariya ngo mucigarurire;
11 “Kandi utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe+ no gushitsa ivyo yabajeje n’ivyagezwe vyiwe n’ingingo ziwe z’ubutungane+ n’amabwirizwa yiwe nantaryo.