Gusubira mu vyagezwe 13:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko ukwiye kwumviriza ijwi rya Yehova Imana yawe mu kugumya amabwirizwa yose+ ndagutegetse uno musi, kugira ukore ibigororotse mu maso ya Yehova Imana yawe+. Umusiguzi 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Insozero y’ibintu, inyuma yo kwumva ibintu vyose, ni iyi: Tinya Imana y’ukuri+ kandi ugumye amabwirizwa yayo+. Kuko ivyo umuntu ategerezwa vyose ari ivyo.
18 Kuko ukwiye kwumviriza ijwi rya Yehova Imana yawe mu kugumya amabwirizwa yose+ ndagutegetse uno musi, kugira ukore ibigororotse mu maso ya Yehova Imana yawe+.
13 Insozero y’ibintu, inyuma yo kwumva ibintu vyose, ni iyi: Tinya Imana y’ukuri+ kandi ugumye amabwirizwa yayo+. Kuko ivyo umuntu ategerezwa vyose ari ivyo.