Gusubira mu vyagezwe 11:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Kandi, Yehova Imana yawe niyakuzana mu gihugu uriko urajamwo ngo ucigarurire+, utegerezwa rero kuvugira* uwo muhezagiro ku musozi Gerizimu+ n’uwo muvumo ku musozi Ebali+. Yosuwa 8:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ico gihe ni ho Yosuwa yatangura kwubakira igicaniro*+ Yehova Imana ya Isirayeli, ku musozi Ebali+,
29 “Kandi, Yehova Imana yawe niyakuzana mu gihugu uriko urajamwo ngo ucigarurire+, utegerezwa rero kuvugira* uwo muhezagiro ku musozi Gerizimu+ n’uwo muvumo ku musozi Ebali+.
30 Ico gihe ni ho Yosuwa yatangura kwubakira igicaniro*+ Yehova Imana ya Isirayeli, ku musozi Ebali+,