Habakuki 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Yehova aranyishura, ati: “Andika ivyo weretswe, ubishire ku bisate mu buryo busomeka neza+, kugira ngo uwubisoma n’ijwi ryumvikana abisome atadidinganya+.
2 Nuko Yehova aranyishura, ati: “Andika ivyo weretswe, ubishire ku bisate mu buryo busomeka neza+, kugira ngo uwubisoma n’ijwi ryumvikana abisome atadidinganya+.