1 Abami 8:61 Bibiliya y’isi nshasha 61 Kandi umutima wanyu uze ube uwukwiye+ ku vyerekeye Yehova Imana yacu mu kugendera mu ngingo nyobozi ziwe no mu kugumya amabwirizwa yiwe nk’uko biri uyu musi.”
61 Kandi umutima wanyu uze ube uwukwiye+ ku vyerekeye Yehova Imana yacu mu kugendera mu ngingo nyobozi ziwe no mu kugumya amabwirizwa yiwe nk’uko biri uyu musi.”