2 Ubu na ho bakora ikindi gicumuro bakihingurira mw’ifeza yabo igishushanyo co mu cuma gishongeshejwe+, ibigirwamana nk’uko bavyumva+, vyose bikaba ari igikorwa c’abahinguzi b’utugenegene+. Babibwira bati: ‘Abashikana ibimazi b’abagabo nibasome inyana+.’