-
Guharura 5:22Bibiliya y’isi nshasha
-
-
22 Kandi aya mazi azana umuvumo yinjire mu mara yawe kugira atume inda yawe ivyimba n’itako rinyunyuka.” Uwo mugore azoce avuga ati: “Amen! Amen!”
-
-
Nehemiya 5:13Bibiliya y’isi nshasha
-
-
13 Vyongeye, nkunkumura igice c’impuzu yanje co ku gikiriza maze mvuga nti: “Umuntu wese atazoshitsa iri jambo, uku azobe ari ko Imana y’ukuri imukunkumura ave mu nzu yiwe no mu bintu vyiwe yaronse; kandi uku azobe ari ko akunkumurwa, asigare agaragara.” Ishengero ryose rica rivuga riti: “Amen+!” Maze batangura gushemeza Yehova+. Nuko abantu bakora bisunze iryo jambo+.
-