Kuvayo 20:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Ntukice+. Kuvayo 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Uwukubise umuntu agapfa koko, ntaze abure kwicwa+. Abalewi 24:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “‘Nihagira uwukubita umuntu uwo ari we wese agapfa, ntaze abure kwicwa+. Guharura 35:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ntimuze mwakire incungu yo gucungura umwicanyi akwiriye gupfa+, kuko akwiye kwicwa ata kabuza+.