ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Ku bw’ivyo abo bantu baca batwara igicumbe cabo c’ifu imbere y’uko kijamwo umwambiro, hamwe n’ibikono vyabo vy’ugucumba bizingiriye mu mitamana yabo, babijana ku bitugu vyabo.

  • Kuvayo 23:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kandi mutegerezwa gukorera Yehova Imana yanyu+; na we ntazobura guhezagira umukate wawe n’amazi yawe+; kandi koko nzokwigiza kure indwara zive hagati muri wewe+.

  • Rusi 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko arahaguruka, we hamwe n’abakazana biwe, asubira inyuma ava mu turere twa Mowabu, kuko yari yarumvise mu karere ka Mowabu yuko Yehova yari yitayeho abantu biwe+ mu kubaha umukate+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika