Gusubira mu vyagezwe 15:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntuze ubure kumuha+, kandi umutima wawe ntukwiye kuba ingumyi mu kumuha, kuko ivyo bizotuma Yehova Imana yawe aguhezagira mu gikorwa cawe cose no mu migambi yawe yose+.
10 Ntuze ubure kumuha+, kandi umutima wawe ntukwiye kuba ingumyi mu kumuha, kuko ivyo bizotuma Yehova Imana yawe aguhezagira mu gikorwa cawe cose no mu migambi yawe yose+.