Gusubira mu vyagezwe 14:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kandi Umulewi+, kubera ko atagira umuturi canke intoranwa kumwe na wewe, be na kavamahanga+ n’impfuvyi* n’umupfakazi+ bari mu marembo yawe, bazoza, barye bahage; kugira ngo Yehova Imana yawe aguhezagire+ mu gikorwa cose+ c’ukuboko kwawe uzokora. Gusubira mu vyagezwe 15:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntuze ubure kumuha+, kandi umutima wawe ntukwiye kuba ingumyi mu kumuha, kuko ivyo bizotuma Yehova Imana yawe aguhezagira mu gikorwa cawe cose no mu migambi yawe yose+. Zaburi 67:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Imana izoduhezagira+,Kandi impera zose z’isi zizoyitinya+. Zaburi 115:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova azohezagira abamutinya+,Abato n’abahambaye+.
29 Kandi Umulewi+, kubera ko atagira umuturi canke intoranwa kumwe na wewe, be na kavamahanga+ n’impfuvyi* n’umupfakazi+ bari mu marembo yawe, bazoza, barye bahage; kugira ngo Yehova Imana yawe aguhezagire+ mu gikorwa cose+ c’ukuboko kwawe uzokora.
10 Ntuze ubure kumuha+, kandi umutima wawe ntukwiye kuba ingumyi mu kumuha, kuko ivyo bizotuma Yehova Imana yawe aguhezagira mu gikorwa cawe cose no mu migambi yawe yose+.