Abalewi 19:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ntimugahindukire ngo muje ku mana ata co zimaze+, kandi ntimukihingurire imana mu cuma gishongeshejwe+. Ndi Yehova Imana yanyu. Gusubira mu vyagezwe 11:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mwiyubare, umutima wanyu ntuhave ukwegakwegwa+, mugakevya, mugasenga izindi mana, mukazunamira+, Zaburi 96:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko imana zose z’ibisata vy’abantu ari imana ata co zimaze+;Ariko Yehova we, ni we yakoze amajuru+. 1 Abakorinto 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.
4 Ntimugahindukire ngo muje ku mana ata co zimaze+, kandi ntimukihingurire imana mu cuma gishongeshejwe+. Ndi Yehova Imana yanyu.
5 Kuko imana zose z’ibisata vy’abantu ari imana ata co zimaze+;Ariko Yehova we, ni we yakoze amajuru+.
4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.