Gusubira mu vyagezwe 28:67 Bibiliya y’isi nshasha 67 Bukeye uzovuga uti: ‘Icompa bukira!’, bwije na ho uti: ‘Icompa bugaca!’, kubera ubwoba bwo mu mutima wawe buzoba bugutekeye, no kubera ivyo uzobona n’amaso yawe+.
67 Bukeye uzovuga uti: ‘Icompa bukira!’, bwije na ho uti: ‘Icompa bugaca!’, kubera ubwoba bwo mu mutima wawe buzoba bugutekeye, no kubera ivyo uzobona n’amaso yawe+.