Guharura 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko Isirayeli imukubitisha ubugi bw’inkota+ maze yigarurira igihugu ciwe+ kuva kuri Arunoni+ gushika kuri Yaboki+, hafi ya bene Amoni; kuko Yazeri+ ari umupaka wa bene Amoni+. Gusubira mu vyagezwe 29:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Murateba mushika aha hantu, hanyuma Sihoni umwami wa Heshiboni+ na Ogi+ umwami wa Bashani baza guhura natwe mu rugamba, mugabo turabatsinda+.
24 Nuko Isirayeli imukubitisha ubugi bw’inkota+ maze yigarurira igihugu ciwe+ kuva kuri Arunoni+ gushika kuri Yaboki+, hafi ya bene Amoni; kuko Yazeri+ ari umupaka wa bene Amoni+.
7 Murateba mushika aha hantu, hanyuma Sihoni umwami wa Heshiboni+ na Ogi+ umwami wa Bashani baza guhura natwe mu rugamba, mugabo turabatsinda+.