ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 27:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 “‘Ariko nta kintu na kimwe cagizwe inyegu umuntu yoba yeguriye Yehova ku bwo gutikizwa+ kivuye mu vyiwe vyose gishobora kugurishwa, caba ico mu bantu canke mu bikoko canke mw’itongo yigabira, kandi nta kintu na kimwe cagizwe inyegu gishobora kugaruzwa+. Ni ikintu ceranda rwose kuri Yehova.

  • Guharura 31:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ubu rero nimwice ab’igitsina-gabo bose mu bana batoyi, mwice n’umugore wese yaryamanye n’umugabo+.

  • Gusubira mu vyagezwe 20:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Mu bisagara vy’ivyo bisata vy’abantu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa, ni ho gusa utazozigamira ubuzima ikintu na kimwe gihumeka+,

  • Gusubira mu vyagezwe 20:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 kuko ubwirizwa kubitikiza ata kabuza: Abaheti n’Abamori, Abanyakanani n’Abaperizi, Abahiwi n’Abayebusi+, nk’uko Yehova Imana yawe yagutegetse;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika