Yeremiya 22:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze bazovuga bati: “Ni kubera yuko bataye isezerano rya Yehova Imana yabo+, bagatangura kwunamira izindi mana no kuzikorera+.”’ Yeremiya 31:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 atari irimeze nka rya sezerano nagirana na ba sekuruza babo ku musi nabafata ukuboko kugira ngo ndabasohore mu gihugu ca Misiri+, ‘isezerano ryanje bo barenze+, naho nari umugabo abagaba+,’ ni ko Yehova avuze.”
9 Maze bazovuga bati: “Ni kubera yuko bataye isezerano rya Yehova Imana yabo+, bagatangura kwunamira izindi mana no kuzikorera+.”’
32 atari irimeze nka rya sezerano nagirana na ba sekuruza babo ku musi nabafata ukuboko kugira ngo ndabasohore mu gihugu ca Misiri+, ‘isezerano ryanje bo barenze+, naho nari umugabo abagaba+,’ ni ko Yehova avuze.”