24 Nuko Isirayeli imukubitisha ubugi bw’inkota+ maze yigarurira igihugu ciwe+ kuva kuri Arunoni+ gushika kuri Yaboki+, hafi ya bene Amoni; kuko Yazeri+ ari umupaka wa bene Amoni+.
2 Sihoni+ umwami w’Abamori, uwaba i Heshiboni+, akaganza kuva i Aroweri+ ku nkombe y’umwonga wa Arunoni+, no hagati muri uwo mwonga, n’ica kabiri ca Gileyadi gushika ku mwonga Yaboki+, ari wo wari urubibe rwa bene Amoni,