63 “Kandi nk’uko nyene Yehova yahimbawe no kubakorera ivyiza no kubagwiza+, ni ko Yehova azohimbarwa no kubarandura no kubazimanganya+; muzorandurwa ku butaka mugiye kwigarurira+.
41 Nzokwigina ku bijanye na bo kugira ngo ndabagirire iciza+, kandi nzobateragira muri iki gihugu+ mu kuri, n’umutima wanje wose be n’inkomezi zanje zose.’”