Abaroma 10:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo buvuga iki? Bugira buti: “Ijambo riri hafi yawe, mu kanwa kawe no mu mutima wawe+”; ni ukuvuga, “ijambo+” ry’ukwizera, iryo turiko turamamaza+.
8 Mugabo buvuga iki? Bugira buti: “Ijambo riri hafi yawe, mu kanwa kawe no mu mutima wawe+”; ni ukuvuga, “ijambo+” ry’ukwizera, iryo turiko turamamaza+.