Matayo 7:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Si umuntu wese ambwira ngo: ‘Mukama, Mukama’ azokwinjira mu bwami bwo mw’ijuru, atari uwukora+ ukugomba kwa Dawe ari mw’ijuru+. Yakobo 1:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo uwihweza muri rya tegeko ritagira akanenge+ ry’umwidegemvyo kandi agakovya muri ryo, uwo muntu, kubera atabaye uwumva akibagira, mugabo akaba uwukora igikorwa+, azoba ahiriwe+ mu kubikora.
21 “Si umuntu wese ambwira ngo: ‘Mukama, Mukama’ azokwinjira mu bwami bwo mw’ijuru, atari uwukora+ ukugomba kwa Dawe ari mw’ijuru+.
25 Mugabo uwihweza muri rya tegeko ritagira akanenge+ ry’umwidegemvyo kandi agakovya muri ryo, uwo muntu, kubera atabaye uwumva akibagira, mugabo akaba uwukora igikorwa+, azoba ahiriwe+ mu kubikora.