Kuvayo 23:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kuko umumarayika wanje azokuja imbere akakuzana koko ku Bamori n’Abaheti n’Abaperizi n’Abanyakanani, Abahiwi n’Abayebusi, kandi nzobazimanganya ata kabuza+. Gusubira mu vyagezwe 29:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Murateba mushika aha hantu, hanyuma Sihoni umwami wa Heshiboni+ na Ogi+ umwami wa Bashani baza guhura natwe mu rugamba, mugabo turabatsinda+.
23 Kuko umumarayika wanje azokuja imbere akakuzana koko ku Bamori n’Abaheti n’Abaperizi n’Abanyakanani, Abahiwi n’Abayebusi, kandi nzobazimanganya ata kabuza+.
7 Murateba mushika aha hantu, hanyuma Sihoni umwami wa Heshiboni+ na Ogi+ umwami wa Bashani baza guhura natwe mu rugamba, mugabo turabatsinda+.