Abalewi 23:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Ku musi ugira cumi na gatanu w’ukwo kwezi kugira indwi hazoba umusi mukuru w’insago kuri Yehova, mu kiringo c’imisi indwi+.
34 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Ku musi ugira cumi na gatanu w’ukwo kwezi kugira indwi hazoba umusi mukuru w’insago kuri Yehova, mu kiringo c’imisi indwi+.