18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+:
10 “Yehova Imana yawe niyakuzana mu gihugu yarahiye ba sogokuruza bawe Aburahamu, Izahaki na Yakobo ko azokiguha+, ibisagara bikomeye kandi bisa neza utubatse+,