ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 9:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Mwarerekanye ko muri abagarariji mu nyifato mwagize kuri Yehova+ kuva umusi nabamenya.

  • Gusubira mu vyagezwe 32:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ni kwo kuvuga ati: ‘Reka ndabahishe mu maso hanje+,

      Ndabe iherezo ryabo ryo hanyuma iryo ari ryo.

      Kuko ari iyaruka ry’ubugorame+,

      Abana batagira ubwizigirwa+.

  • Yosuwa 1:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Umuntu wese azogarariza itegeko ryawe+ ntiyumvirize amajambo yawe mu vyo uzomutegeka vyose, azokwicwa+. Gusa, ugire umutima rugabo kandi ukomere+.”

  • Nehemiya 9:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 “Ariko baragambaraye+, barakugarariza+, baguma bashiburira itegeko ryawe inyuma yabo+, kandi bica abahanuzi bawe+ bashinze intahe babagiriza kugira babagarukane kuri wewe+; babandanya gukora ibikorwa vy’akagaye gakomeye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika