Gusubira mu vyagezwe 32:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Nuko Musa araza, avuga amajambo yose y’urwo ruririmbo abantu bumva+, we na Hosheya mwene Nuni+.