ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kandi urazi neza yuko Yehova Imana yawe ari we Mana y’ukuri+, Imana y’inyizigirwa+, agumya isezerano+ be n’ubuntu bwuzuye urukundo ku bijanye n’abamukunda be n’abagumya amabwirizwa yiwe gushika ku mayaruka igihumbi+,

  • Nehemiya 9:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Wewe uragororotse+ mu vyadushikiye vyose, kuko wakoranye ubwizigirwa+, mugabo twebwe ni twe twakoze ivy’ububisha+.

  • Zaburi 98:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Yibutse ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe n’ubwizigirwa bwiwe ku bw’inzu ya Isirayeli+.

      Impera zose z’isi zibonye ubukiriro Imana yacu itanga+.

  • Abaheburayo 10:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Tugumye kwa gushingira intahe icese icizigiro+ cacu tudahungabana+, kuko uwasezeranye ari umwizigirwa+.

  • 1 Petero 4:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nuko rero, n’abariko bababazwa mu buryo buhuye n’ukugomba kw’Imana nibagume baragiza ubuzima bwabo Umuremyi w’umwizigirwa mu gihe bariko bakora iciza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika