Itanguriro 49:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ava ku Mana ya so+, kandi azogufasha+; ari kumwe na Mushoboravyose+, kandi azoguhezagira n’imihezagiro yo mu majuru hejuru+, imihezagiro y’inyenga y’amazi iri hasi epfo+, imihezagiro y’amabere n’igitereko+.
25 Ava ku Mana ya so+, kandi azogufasha+; ari kumwe na Mushoboravyose+, kandi azoguhezagira n’imihezagiro yo mu majuru hejuru+, imihezagiro y’inyenga y’amazi iri hasi epfo+, imihezagiro y’amabere n’igitereko+.